Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:48 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

48 Avuga ko babatizwa mw izina rya Yesu Kristo. Baca baramwinginga ngw amarey’ imisi.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

48 Nuko asaba ko bababatiza mw’Izina rya Yesu Kristo. Baca binginga Petero ngo amarane na bo imisi na mikeya.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:48
9 Referans Kwoze  

Petero arabishura, ati Ni mwihane, umuntu wese muri mwebge abatizwe mw izina rya Yesu Kristo, mubone guharirwa ivyaha vyanyu, kandi muzohabga ingabire, ari yo Mpwemu Yera.


kuko Mpwemu ataribgamanuke ngw aje no kur’ umwe muri bo, bāri babatijwe gusa mw izina ry’Umwami Yesu.


kuko mwese ababatirijwe kuba aba Kristo mwanbaye Kristo.


Bavyumvise babatizwa mw izina ry’Umwami Yesu.


Ariko bizeye ubutumwa bgiza Filipo ababgiye bg’ubgami bg’Imana, n’ubg’ izina rya Yesu Kristo, barabatizwa, abagabo n’abagore.


(ariko Yesu ubgiwe si we yabatiza, bār’ abigishwa biwe),


Maz’ Abasamariya baje ah’ ari, baramwinginga ngw agume i wabo; asībirayo kabiri.


Amaze kubatizanywa n’abo mu nzu yiwe, aratwinginga, at’ Asangwa mubonye nd’uwizeye Umwami Yesu, ni muze i wanje, musembereho. Aratugōbēra.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite