Ivyakozwe 10:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Ijambo Imana yatumye ku Bisirayeli, ivugisha Yesu Kristo ubutumwa bgiza bg’amahoro, ni we Mwami wa bose; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe36 Murazi ijambo Imana yarungikiye Abisirayeli, ryavuga Inkuru Nziza y’amahoro abonerwa muri Yesu Kristo, ari we Mwami wa bose. Gade chapit la |