Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Bakivugana, arinjira asanga abakoraniyeho benshi,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Nuko bagenda baraganira binjira mu nzu, Petero asanga hari isinzi ry’abantu bahakoraniye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:27
7 Referans Kwoze  

Arikw aho naja i Tirowa, njanywe n’ubutumwa bgiza bga Kristo, ngasanga nugururiwe urugi mu Mwami wacu,


Bukeye bg’aho bashika i Kayisariya, Koruneliyo yar’ abīteze, yākoranije incuti ziwe n’abakunzi bo ku mutima.


Mbega mwebge ntimuvuga ngo hasigaye amezi ane iyimbura rikagera? Ehe ndababgire: Ni mwunamure amaso yanyu murābe imirima, irēze igeze kwimbura.


kuko nugururiwe urugi runini ruja mu bikorwa bikomeye, kand’ abarwanizi bakaba benshi.


Bashitseyo bakoranya ishengero, babīgānira ivy’ Imana yakoranye na bo vyose, n’ingene yugururiye abanyamahanga urugi rwo kwizera.


kandi natwe nyene mudusengere, kugira ngw Imana itwugururire urugi rwo kuvuga ijambo ryayo, tuvuge ibanga rya Kristo, iryo mbohewe,


bavugana ivyabaye vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite