Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Maze Petero amukūra hasi, ati Va hasi, nanje nd’umuntu nkawe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ariko Petero aramubwira ati: “Haguruka kuko nanje ndi umuntu nka we.”

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:26
8 Referans Kwoze  

Nikubitishwa hasi imbere y’ibirenge vyiwe no kumusenga. Arambarira, at’ Oya sigaho; nd’umugurano mugenzawe, kandi ndi mugenzi wa bene So bafise ivyo gushingira intahe Yesu: Imana ba ari yo usenga. Kukw abashingira intahe Yesu baba bavugishwa na Mpwemu.


Buno Yesu aramubgira, ati Mvako, Satani, kuko vyanditswe, ng’ Uhoraho, Imana yawe, abe ari yo usenga, kand’ abe ari yo usaba yonyene.


Jewe nd’Uhoraho, iryo ni ryo zina ryanje; icubahiro canje sinzogiha uwundi, n’ishimwe ryanje sinzoriha ibigirwamana vy’ibibāzano.


Mber’ ukuboko kwanje ni kwo kwashizeh’ itanguriro ry’isi, n’ukuboko kwanje kw’i buryo ni kwo kwabamvye ijuru: iyo mbihamagaye bivira hasi rimwe.


Kand’ ababa kw isi bose bazogisenga, umuntu wese atanditswe izina mu gitabo c’ubugingo c’Umwagazi w’Intama yatanzwe kw ikimazi uhereye ku kuremwa kw’isi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite