Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Petero agira yinjire, Koruneliyo aramusanganira, yikubita imbere y’ibirenge vyiwe, aramupfukamira.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Petero ashitse, Koruneliyo aca akubita ibipfukamiro hasi ngo amusenge.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:25
7 Referans Kwoze  

Nikubitishwa hasi imbere y’ibirenge vyiwe no kumusenga. Arambarira, at’ Oya sigaho; nd’umugurano mugenzawe, kandi ndi mugenzi wa bene So bafise ivyo gushingira intahe Yesu: Imana ba ari yo usenga. Kukw abashingira intahe Yesu baba bavugishwa na Mpwemu.


Maz’ umunyamibembe aza kuri we, aramupfukamira, ati Mugenzi, ukunze, woshobora kumpumanura.


Maz’ umwami Nebukadineza aca yikubita hasi, apfukamira Daniyeli, avuga ko bamucumitira ikimazi bakamwosereza imibavu.


Ariko jewe ubganje, iryo banga sinarimenyeshejwe n’uko mfise ubgenge kuruta umuntu wese mu bakiriho; ariko n’ukugira ng’ umenyeshwe uko bisobanurwa, utahure n’ivyiyumviro vyo mu mutima wawe, mugenzi.


Abāri mu bgato baramupfukamira, bati N’ukuri ur’ Umwana w’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite