Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 10:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 barahamagara, babaza yuko Simoni ari we Petero ari ho asembereye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Maze barahamagara babaza ko Simoni yitwa Petero yoba ariho asembereye.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 10:18
4 Referans Kwoze  

Uwo mwanya abagabo batatu bavuye i Kayisariya, bantumweko, bahagarara imbere y’inzu turimwo.


Petero akizazaniwe mu mutima n’ivyo abonye yeretswe ivy’ ari vyo, abantu batumwe na Koruneliyo, bahejeje kubaza urugo rwa Simoni, bahagarara kw irembo,


Petero aciyumvira ivyo yeretswe, Mpwemu aramubarira, ati Har’ abantu batatu bariko barakurondera.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite