Ivyakozwe 1:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Barasenga, bati Mwami, ni wewe uzi imitima y’abantu bose, none werekane uwo utoranije mur’ aba bompi Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe24 Nuko barasenga, bavuga bati: “Ewe Mwami Imana, ni wewe uzi imitima y’abantu bose. None rero uwo utoranije muri aba babiri, Gade chapit la |
Maze Sauli aravuga, at’ Ewe Uhoraho, Mana y’Abisirayeli, (n’ iki gitumye utishura umusavyi wawe uyu musi? Namb’ ico caha kiri muri jewe canke muri Yonatani umwana wanje, Uhoraho Mana y’Abisirayeli, rekura Urimu, arikw asangwa kiri mu bantu bawe Abisirayeli), rekura Tumimu. Nuk’ ubupfindo bufata Yonatani na Sauli, arikw abantu barēra.