Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Bahagarika babiri, umwe ni Yosefu ari we Barusaba, irindi ni Yusito, uwundi na we ni Matiya.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Nuko baca batanga amazina y’abantu babiri ngo batoremwo umwe. Umwe yari Yosefu bita Barusaba (akongera akitwa Yusito), uwundi yari Matiyasi.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:23
3 Referans Kwoze  

Maz’ intumwa n’abakuru, bo n’ishengero ryose, bashima gutoranya abagabo muri bo, ni Yuda ari we Barusaba, na Sila, abantu bakuru muri bene Data, no kubatumana muri Antiyokiya na Paulo na Barunaba:


Barabapfindira, ubupfindo bgerekana Matiya, nukw aharūranwa n’intumwa cumi n’imwe.


Bose baravugana, bati Ni muze dupfinde, tumenye ūtumye duterwa ibi vyago uw’ari we. Nuko barapfinda, ubupfindo bgerekana Yona.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite