Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nuko mur’ abo bagabo twahora tugendana igihe cose Umwami Yesu yar’ akiri muri twebge amaja n’amaza,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ni co gituma dukwiye gutora umwe mu bo twabanye mu gihe cose Umwami Yesu yagendanye natwe,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:21
9 Referans Kwoze  

kandi namwe nyene muranshingira intahe, kuko mwari kumwe nanje uhereye mbere na mbere.


Kandi mu bihe vya kera, hamwe Sauli yar’ umwami wacu, ni wewe wajana Abisirayeli gutabara, mugatabarukana. Kand’ Uhoraho yarakubgiye kw ari wewe uzoragira abantu biwe b’ Abisirayeli, kandi k’uzoba segaba wabo.


Arababarira, at’ Ubu mmaze imyaka ijana na mirongwibiri, singishobora gutēra ururengo, kand’ Uhoraho yarambariye, ati Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani.


wo kubaja imbere amaja n’ amaza, abaturutsa akabacūra: kugira ngw ishengero ryawe, Uhoraho, ryoye kumera nk’intama zitagira umwungere.


Nuko none, Uhoraho Mana yanje, jewe umusavyi wawe wanyimitse mu gishingo ca data Dawidi, naho nkir’ umwana muto gusa; sinzi iyo bija n’iyo biva.


nk’uko twabirazwe n’abāhereye ubga mbere ar’ivyabona vyavyo n’abasuku b’ijambo ry’Imana.


binjirayo ntibāsangamw’ ikiziga c’Umwami Yesu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite