Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Bimenyekana mu baba i Yerusalemu bose, ni co catumye ubgo bgatsi mu rurimi rwabo babgita Akeludama, risobanurwa ng’ Ubgatsi bg’amaraso.)

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Ababa i Yerusalemu bose bamenye iyo nkuru, baca bita iryo tongo Akelodama, bisobanurwa ngo Itongo ry’amaraso.)

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:19
6 Referans Kwoze  

Amukundiye, Paulo ahagarara ku ngazi y’amabuye, amama abantu: hamaze kuba agacerere rwose, ababarira mu Giheburayo,


Yemwe bagabo b’Abisirayeli, ni mwumve aya majambo: Yesu Umunyanazareti, umuntu Imana yashimagirishije kuri mwebge ibitangaza n’utwumiza n’ibimenyetso, ivyo Imana yamukoresheje hagati yanyu, nk’uko mubizi ubganyu;


Bābīra ya mahera, bagira nk’uko bohejwe; kand’ iryo jambo ryandagara mu Bayuda na bugingo n’ubu.


Bose barasūmirana, umuntu wese asūmira agakanu ka mugenzi we, bazibagurana inkota mu mbavu; bacurikirana hamwe. Ni co catumye aho hantu bahīta Helukati‐hasurimu: ni hafi y’i Gibeyoni.


Uhoraho arambgira, ati Terera umubumvyi ako kaminuza k’igiciro banciriye! Nuko nābīra za ntete z’ifeza mirongwitatu, ndazijana nziterera umubumvyi mu nzu y’Uhoraho.


Ni co catumye ubgo bgatsi bgitwa Ubgatsi bg’amaraso, na bugingo n’ubu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite