Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 (Kand’ uwo muntu amaze kugura ubgatsi ku vyo yahawekw ibiguzi vyo kugabitanya kwiwe, agwa yubamye, araturika, amara yiwe yose arasēseka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 (Ingero Yuda yahawe kubera ikibi yakoze yaguzwemwo itongo kandi ni ryo yaguyemwo, akoroka atanguje umutwe, inda yiwe irasaba, amara arasanzara.

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:18
12 Referans Kwoze  

Ariko wewe Mana, ba bandi uzobamanukana muri rwa rwobo rw’amahonero; Abicanyi n’ingunge ntibazocagatiza imisi y’ubugingo bgabo; Ariko jeho nzokwama nkwizigira.


Urupfu rubazeko giturumbuka, Bamanuke baje i kuzimu bakibona, Kuko gukora ivyaha kuri mu ngo zabo no mu mitima yabo.


Abakuru b’i Mowabu n’ab’i Midiyani bakora ingemu baragenda, baja kwa Balamu, bamubarira amajambo ya Balaki.


Umwe amuha italanto zitanu, uwundi zibiri, uwundi imwe, uk’ umuntu wese ashobora, aja mu mahanga.


ngo Kukw azoguha icubahiro cinshi, kandi ngw Ico uzogomba cose ni co azogukorera: none ngo N’uze, arakwinginze, umuvumire abo bantu.


Uhoraho arambgira, ati Terera umubumvyi ako kaminuza k’igiciro banciriye! Nuko nābīra za ntete z’ifeza mirongwitatu, ndazijana nziterera umubumvyi mu nzu y’Uhoraho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite