Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyakozwe 1:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Ca gitabo ca mbere nanditse ga Teyofilo we, kivuga ivyo Yesu yatanguye gukora no kwigisha vyose,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Yewe Teyofilo, mu gitabu ca mbere nanditse, navuze ivyo Yesu yakoze n’ivyo yigishije vyose kuva mu ntango y’igikorwa ciwe,

Gade chapit la Kopi




Ivyakozwe 1:1
12 Referans Kwoze  

Nuko nanje, mpejeje gukurikiranya vyose neza mpereye ku vya mbere, nabonye kw ari vyiza kubikwandikira uko bikurikirana, wewe Teyofilo umwubahwa,


Arababaza, ati N’ibiki? Baramwishura, bati N’ivya Yesu Umunyanazareti, yar’ umuntu avugishwa n’Imana, akaba umunyabushobozi bginshi mu vyo yakora no mu vyo yavuga, imbere y’Imana n’imbere y’abantu bose:


Aho Yesu yatangura kwigisha, yar’ amaze imyaka nka mirongwitatu avutse, kandi biyumvira ko yari mwene Yosefu, Yosefu mwene Heli,


Impumyi zirahumūka, abacumbagira bagenda neza, abanyamibembe barakizwa, ibipfamatwi birumva, abapfuye barazurwa, aboro barabgirwa ubutumwa bgiza.


Yemwe bagabo b’Abisirayeli, ni mwumve aya majambo: Yesu Umunyanazareti, umuntu Imana yashimagirishije kuri mwebge ibitangaza n’utwumiza n’ibimenyetso, ivyo Imana yamukoresheje hagati yanyu, nk’uko mubizi ubganyu;


Iyo misi ishize, umugore wiwe Elisabeti asama inda, atinya abantu amezi atanu,


Umushumba wiwe, ati Mugenzi, ico umbariye ndagikoze, arikw imyanya iracasigaye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite