Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kandi zari zifise ubgoya bumeze nk’umushatsi w’abagore, amenyo yazo yari nk’ay’ intambge.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Imishatsi yazo yari imeze nk’iy’abagore, amenyo yazo na yo yari ameze nk’ay’intambwe.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:8
8 Referans Kwoze  

Kukw ihanga rikomeye kandi ry’isinzi riteye igihugu canje; amenyo yabo ni nk’imikāka y’intambge, kandi bafise amajigo nk’ay’ intambge y’ingore.


Ugushaza kwanyu ntikube ukwo ku rukoba kwo gutsiba umushatsi, cank’ ukwo kwambara izahabu cank’ ukwo kwambara impuzu nziza;


Kandi n’abagore nyene, ndagomba ko bambara imyambaro biberanye, bagendane isoni badahugumba kandi badashazisha gutsiba umushatsi, cank’ izahabu, cank’ imaragarita, cank’ impuzu z’igiciro kinini,


Maze mu gishingo c’imbazi hazoba umunūko; mu gishingo c’ikimano c’ubudede hazoba umugozi; mu gishingo c’umushatsi utsivye hazoba inkomvorera; mu gishingo c’impuzu y’igisāga hazoba igunira; n’ibikovukovu mu gishingo c’amarangi.


Ubugingo bganje buri hagati y’intambge: Ndyama hagati y’abaka umuriro, Ni bo bana b’abantu, amenyo yabo n’amacumu n’imyampi; Ururimi rwabo n’inkota ikarishe.


Maze Yehu ashitse i Yezireli, Yezebeli arabibarirwa; aca yīraba amarangi mu maso, asokoza umushatsi, araheza arungurukira mw idirisha.


Kandi nk’uko Yesaya yavuze kera, at’ Iyaba Uhoraho Nyen’ ingabo atādushigarije uruvyaro, Tuba twarabaye nk’i Sodomu, tukagirwa nk’i Gomora.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite