Ivyahishuwe 9:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kand’ ishusho y’izo nzige yasa n’iy’ amafarasi yiteguriwe intambara, zari zambaye mu mitwe nk’ibitsibo bisa n’izahabu, mu maso hazo hasa n’ah’ abantu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe7 Izo nzige zari zimeze nk’amafarasi yiteguriye kuja ku rugamba. Ku mitwe zari zambaye igisa n’urugori rw’inzahabu, kandi mu maso hazo hari hameze nk’ah’abantu. Gade chapit la |