Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 ribarira umumarayika wa gatandatu afise inzamba, riti Bohora abamarayika bane babohewe ku ruzi runini Efurate.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 ribwira wa mumarayika wa gatandatu yari afise inzamba riti: “Rekura abamarayika bane babohewe ku ruzi runini Efurata.”

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:14
12 Referans Kwoze  

Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini Efurate. Amazi yarwo arakama, kugira ngw inzira y’abami bava i burasirazuba yitegurwe.


Abo bamarayika bane, bari biteguriwe iyo saha n’uwo musi n’ukwo kwezi n’uwo mwaka, babohorerwa kwica ikigira gatatu c’abantu.


Urangije rero gusoma iki gitabo, uz’ uheze ugihambirane n’ibuye, ugiterere hagati mu ruzi Efurate:


Bukeye Dawidi anesha n’ umwami w’i Zoba, Hadadezeri mwene Rehobu, igihe Hadadezeri yaja gusubira kugandura igihugu yaganza co ku ruzi Efurate.


Uruzi rwa gatatu rwitwa Hidekeli, ni rwo ruca hino y’igihugu citwa Ashuri. Uruzi rwa kane rwitwa Efurate.


Ba bamarayika ndwi bafise inzamba ndwi bagabiriza kuzivuza.


Hanyuma y’ivyo, mbona abamarayika bane bahagaze ku mfuruka zine z’isi, bafashe imiyaga ine yo kw isi, kugira ngo ntihagire umuyaga uhūha kw isi canke ku kiyaga canke ku giti cose.


Mbona abamarayika ndwi bama bahagarara imbere y’Imana bahabga inzamba ndwi.


Kur’ uwo musi nyene Uhoraho asezeranira Aburamu isezerano, at’ Uhereye ku ruzi rwo muri Egiputa, ugashitsa ku ruzi runini ari rwo Efurate, uruvyaro rwawe ndaruhaye iki gihugu,


ni mukebanuke, mufate inzira, muje mu mugamba w’Abamori n’ahandi hose hahereranye na ho mu kiyaya citwa Araba, hose mu mugamba n’ahaciye bugufi, n’i Negebu, no mu kiyaya c’ikiyaga mu gihugu c’Abanyakanani, n’i Lebanoni, muze murinde mushitsa ku ruzi runini Efurate.


Uhereye mu bugaragwa no kur’ uriya musozi Lebanoni, ugashitsa ku ruzi runini, ari rwo Efurate, ugahitana igihugu cose c’Abaheti, ukageza ku kiyaga kinini gihera i burengerazuba, ni rwo ruzoba urugabano rwanyu.


Kandi mbona umumarayika wundi adūga, ava i burasirazuba, afise ikidomesho c’Imana nzima, asemerera n’ijwi rirenga, abarira ba bamarayika bane bahawe kwonona isi n’ikiyaga,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite