Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ibara rya mbere riraheze, eh’ ukundi kubona ibara kubiri guhava kuza hanyuma.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Icago ca mbere kiraheze. Ariko hari bibiri bigiye kuza vuba.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 9:12
4 Referans Kwoze  

Ibara rya kabiri riraheze: eh’ irya gatatu rigira rize.


Ndarāba, numva inkukuma iguruka yātiriye ijuru, ivuga n’ijwi rirenga, it’ Ibara, ibara, ibara riza kubonwa n’abari mw isi kubg’ ayandi majwi y’inzamba z’abamarayika batatu bahava bavuza.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite