Ivyahishuwe 8:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Umumarayika wa kabiri aravuza. Ikimeze nk’igisozi kinini caka umuriro gishiburirwa mu kiyaga; ikigira gatatu c’ikiyaga gihinduka amaraso; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Umumarayika wa kabiri avugije inzamba yiwe, ikintu kimeze nk’umusozi waka umuriro, gitabwa mu kiyaga. Maze ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso, Gade chapit la |