Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 8:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ba bamarayika ndwi bafise inzamba ndwi bagabiriza kuzivuza.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ba bamarayika indwi bafise inzamba baca baritegura kugira ngo bazivuze.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 8:6
2 Referans Kwoze  

Mbona abamarayika ndwi bama bahagarara imbere y’Imana bahabga inzamba ndwi.


Ku musi w’intangamarāra wo kurya imitsima itambiwe abigishwa baza kuri Yesu, baramubaza, bat’ Ugomba ko tugutegurira hehe ah’ uriburīre ivya Pasika?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite