Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Abo mu muryango wa Zebuloni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Yosefu n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Benyamini bādomwekw ikimenyetso n’ibihumbi cumi na bibiri.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 mu wa Zabuloni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Yosefu bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Benyamini bari ibihumbi cumi na bibiri.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 7:8
6 Referans Kwoze  

Baharūra amavuka ya ba Benyamini, nk’ukw imiryango yabo iri, nk’ukw amazu ya ba sekuruza ari, amazina yabo bose, uhereye ku bamaze imyaka mirongwibiri no kuja hejuru, abashobora kurwana mu ntambara bose:


Abo mu muryango wa Simeyoni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Lewi n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Isakari n’ibihumbi cumi na bibiri:


Hanyuma y’ivyo mbona ishengero ryinshi, ata woshobora kuriharūra, bo mu mahanga yose n’imiryango yose n’amoko yose n’indimi zose, bahagaze imbere y’iyo ntebe n’imbere y’Umwagazi w’Intama, bambaye imvune zera, bari n’amashami y’ibigazi mu minwe:


amwita Yosefu, at’ Uhoraho ampetere uwundi muhungu.


Se aranka, ati Ndabizi mwananje, ndabizi: uwo na we azohinduka ubgoko, bitayekw azoba agakomeye; yamara murumuna we azomurusha, kand’ uruvyaro rwiwe ruzohinduka amahanga menshi.


Ab’ umuryango wa Yosefu na bo baradūga ngo batere i Beteli; kand’ Uhoraho yari kumwe na bo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite