Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 6:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kand’ amennye ica kane kimatanije ico gitabo, numva ijwi ry’ikigira kane mu binyabugingo, kiti Ngwino.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yuguruye ica kane nca numva ikinyabugingo ca kane kivuze kiti: “Ingo!”

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 6:7
5 Referans Kwoze  

Kand’ amennye ica kabiri kimatanije ca gitabo, numva ikigira kabiri mu binyabugingo, kiti Ngwino.


Ikinyabugingo ca mbere casa n’intambge, ica kabiri casa n’inyana, ica gatatu cari gifise mu maso hasa n’ah’ umuntu, ica kane casa n’inkukuma iguruka.


Kand’ amennye ica gatatu kimatanije ca gitabo, numva ikigira gatatu mu binyabugingo, kiti Ngwino. Mbona ifarasi y’agafyiri: kand’ ūyicayeko yar’ afise umunzane mu minwe.


Mbona Umwagazi w’Intama amena kamwe muri twa dushashara ndwi tumatanije ca gitabo: numva kimwe muri vya binyabugingo bine kivuga nk’ijwi ry’inkuba, kiti Ngwino.


Nuko baragenda barindisha imva, ca kibuye bagihomakw ishashara, bayidomamw’ ikimenyetso, abo barinzi babona.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite