Ivyahishuwe 6:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kandi mbona amena ica gatandatu kimatanije ico gitabo, isi iratigita cane: izuba ririrabura nk’igunira ry’ubgoya; ukwezi kwose guhinduka nk’amaraso: Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe12 Yuguruye ica gatandatu, haba nyamugigima. Izuba rica ricura umwijima, risa n’igunira rikozwe mu bwoya bw’impene, ukwezi gutukura nk’amaraso, Gade chapit la |