Ivyahishuwe 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ukabahindura ubgami bg’Imana yacu no kuba abaherezi bayo, kandi bazoba abami mw isi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe10 Wabagize abami n’abaherezi bo gukorera Imana yacu, kandi bazoganza kw’isi.” Gade chapit la |
Mbona intebe z’ubgami, mbona abicara kuri zo, bahabga ubucamanza. Kandi mbona ubugingo bg’abaciwe amazosi, babahōra gushingira intahe Yesu, n’ijambo ry’Imana, ni bo batāsenze ca gikōko cank’ igishushanyo caco, kandi ntibemeye gushirwa ikimenyetso caco mu ruhanga canke ku kiganza. Baba bazima, bafatanya na Kristo kuganza imyaka igihumbi.