Ivyahishuwe 21:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kand’ irambarira, iti Karabaye. Ndi Alufa na Omega, itanguriro n’iherezo. Ūfise inyota nzomuha kunywa kw isōko y’amazi y’ubugingo ku buntu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Yongera ambwira ati: “Birarangiye. Ndi Alufa na Omega, Intango n’Iherezo. Uwunyotewe nzomuha kunywa ku mbizi z’amazi y’ubugingo ku buntu. Gade chapit la |