Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Kandi bazozanay’ ubgiza n’icubahiro vy’amahanga.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ubwiza n’icubahiro vy’amahanga bizozanwa muri co.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:26
5 Referans Kwoze  

Kand’ amahanga azogendera mu muco wawo, abami bo kw isi bazozanay’ ubgiza bgabo.


Abami b’i Tarushishi n’abo ku bizinga vyo mu kiyaga bazozana amashikanwa, Abami b’i Sheba n’ab’i Seba bazogorora ingorore.


Kand’ abami bazokubera ba se babakurerera, n’abamikazi babo bazokubera ba nyina babakwonkereza; bazokwikubita imbere bubamye hasi, barigate umukungugu wo ku birenge vyawe; nawe uzomenya ko nd’ Uhoraho, kand’ abanyiteze ntibazomāramāra.


Amarembo yawe azokwama yuguruye, ntazokwugarirwa ku murango canke mw ijoro, kugira ngw abantu bakuzanire ubutunzi bg’amahanga, bo n’abami bayo babashoreye.


Kand’ uzokwonka amaberebere y’amahanga, uzokwonka amabere y’abami, kand’ uzomenya yuko jewe, Uhoraho, nd’ Umukiza wawe n’ Umucunguzi wawe, Inyenkomezi ya Yakobo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite