Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 irya gatanu ryari sarudonikisi, irya gatandatu ryari sarudiyo, iry’ indwi ryari kirusolito, iry’ umunani ryari berulo, iry’ icenda ryari topazi, iry’ icumi ryari kirusopuraso, iry’ icumi na rimwe ryari huwakinto, iry’ icumi na kabiri ryari ametusito.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 irya gatanu sarudonikisi, irya gatandatu sarudiyo, iry’indwi kilusorito, iry’umunani berulo, iry’icenda topazi, iry’icumi kirusopuraso, iry’icumi na rimwe huwakinto, iry’icumi na kabiri ametusito.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:20
4 Referans Kwoze  

Uwar’ avyagiye yasa n’akabuyenge kitwa yasipi n’akitwa sarudiyo: kand’ umunywamazi war’ ukikije iyo ntebe, usa n’akitwa simaragido.


Nuko ngize ntya, mbona amakurudumu ane i ruhande y’abakerubi, ikurudumu imwe ir’ i ruhande y’umukerubi umwe, iyindi ir’ i ruhande y’uwundi, birtyo birtyo: kand’ ayo makurudumu ishusho yayo yar’ imeze nk’ akabuyenge kitwa tarushishi.


Yongera kugenda kw isaha zitandatu no ku y’icenda, agira kuno.


Ivyitwa pitida vyavuye muri Etiyopiya nta ho vyogereranywa na bgo, Kand’ izahabu iramuye nta ho yohūza uburiba na bgo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite