Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Amatanguriro y’urugo rwa wa murwa yar’ asharijwe n’amabuye y’amoko yose y’utubuyenge tw’igiciro kinini. Ibuye ry’itanguriro rya mbere ryari yasipi, irya kabiri ryari safiro, irya gatatu ryari kalukedoni, irya kane ryari simaragido,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Umushinge w’uruzitiro rw’ico gisagara wari ushazishijwe n’amabuye y’agaciro y’ubwoko bwose. Irya mbere ryari yasipi, irya kabiri safiro, irya gatatu kalukedoni, irya kane simaragido,

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:19
8 Referans Kwoze  

Burusha igiciro utubuyenge twitwa marijani: Kandi mu bihimbara vyose nta kintu gihwanye na bgo.


Wari muri Edeni, mw itongo ry’Imana; wisakayek’ utubuyenge twose tw’igiciro kinini, twitwa odemu na pitida na yahalomu na tarushishi na shohamu na yasipi na safiro na nofekina na bareketi, bo n’izahabu: ubuhanga bgo kubāza udushako tw’ingoma n’imyironge bgar’ i wawe; vyari vyarateguwe umusi waremwako.


Uwar’ avyagiye yasa n’akabuyenge kitwa yasipi n’akitwa sarudiyo: kand’ umunywamazi war’ ukikije iyo ntebe, usa n’akitwa simaragido.


ufise ubgiza bg’Imana. Ugukayangana kwawo gusa n’ukw’ ibuye ry’akabuyenge ry’igiciro kinini cane, nk’akabuyenge kitwa yasipi, kabonerana nk’icirore,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite