Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 21:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Uwavugana nanje yar’ afise irenga ry’izahabu ry’ikigeresho, kugira ngw agere uwo murwa n’ibirimba vyawo n’urugo rwawo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Wa mumarayika yamvugisha yari afise ico gupimisha gikozwe mu nkoni y’inzahabu, kugira ngo apime igisagara, amarembo yaco, n’inzitiro zaco.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 21:15
10 Referans Kwoze  

Maze nunamuye amaso mbona umuntu afise mu minwe umugozi wo kugera.


Nukw anshikanaho, ngize ntya mbona umuntu ahagaze ku kirimba, afise umugozi w’ubugwegwe mu ntoke, n’irenga ry’ikigeresho.


Ndamubaza, nt’ Uroye hehe? Arambarira, ati Ngiye kugera Yerusalemu, ngo ndābe amakika n’amadūga vyaho uko bireha.


uzigujwe n’urugo runini rurerure rufise ibirimba cumi na bibiri, no mu birimba harih’ abamarayika cumi na babiri, kandi hār’ amazina yanditsweko, ni yo y’imiryango cumi n’ibiri y’Abisirayeli.


Uwo murwa ungana impande zose, uburebure bungana n’ubgaguke. Ageresha uwo murwa rya renga, ageramwo stadiyo ibihumbi cumi na bibiri: uburebure bg’umurambararo n’ubgaguke n’uburebure bg’igihagararo birangana.


Kand’ ibirimba, ukw ar’ icumi na bibiri, vyar’ imaragarita cumi na zibiri: ikirimba kimwe cubakishijwe imaragarita imwe, birtyo birtyo. Irango rya wa murwa ryar’ izahabu nziza, isa n’ibirahuri bibonerana.


Ibirimba vyawo ntibijishwa na rimwe, kukw ata joro ribayo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite