Ivyahishuwe 21:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Mbona ijuru risha n’isi nsha: kukw ijuru rya mbere n’isi ya mbere vyari vyagiye, n’ikiyaga nticari kikiriho. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe1 Hanyuma nca mbona “ijuru rishasha n’isi nshansha,” kuko ijuru rya mbere n’isi ya mbere vyari vyakuweho, kandi nta n’ikiyaga cari kikihari. Gade chapit la |