Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 20:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Abapfuye bandi ntibaba bazima iyo myaka igihumbi itarashira. Ukwo ni kwo kuzuka kwa mbere.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 (Abapfuye bandi ntibasubiye kuzuka iyo myaka igihumbi idaheze.) Iri ni ryo zuka rya mbere.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 20:5
9 Referans Kwoze  

ngo kumbure nshike ku kuzuka kw’abapfuye.


Umumarayika w’indwi avuza inzamba: mw ijuru hakurikira amajwi arenga, at’ Ubgami bg’isi buhindutse ubg’ Umwami wacu n’ubga Kristo wiwe, kand’ azohora ahangamye ibihe bitazoshira.


kuko badafise ivyo kukwishura, arik’ uzokwishurwa mw izuka ry’abagororotsi.


Iyo misi itatu n’igihimba ishize impwemu z’ubugingo zivuye ku Mana zibinjiramwo, baravyuka, barahagarara: ubgoba bginshi butera ababarāba.


Ko gutabga kwabo kwazaniye abari mw isi kwuzura n’Imana, ukugarukanwa kwabo kuzoba gute? Mbega ntikuzoba ubugingo buzutse mu bapfuye?


Kuk’ Umwami wacu ubgiwe azoza, amanutse avuye mw ijuru, aranguruye ijwi rirenga, hamwe n’akāmo k’umumarayika mukuru, n’inzamba y’Imana. Maz’ abapfiriye muri Kristo ni bo bazobanza kuzuka;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite