Ivyahishuwe 20:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Mbona intebe niniya yera, mbona n’Iyivyagiyeko, isi n’ijuru bihunga mu nyonga hayo, aho vyahora ntihaba hakiboneka. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Hanyuma nca mbona intebe y’inganji nini cane, mbona n’uwuyicayeko. Ijuru n’isi birahunga biva imbere yiwe, ntivyasubira kuboneka. Gade chapit la |