Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Kandi wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Simuruna, ut’ Uwa mbere kand’ uw’ iherezo, uwari yarapfuye kand’ akaba muzima, aravuga ibi,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Simuruna uti: Uwa mbere akaba n’uwa nyuma, uwapfuye akazuka, aravuga ati.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 2:8
8 Referans Kwoze  

Jewe ndi Alufa na Omega, ni k’Umwami Imana igize, iriho, kandi yamyeho, kand’ igira ize, ni yo ishobora vyose.


rivuga, rit’ Ic’ ubona ucandike mu gitabo, ukirungikire amashengero ndwi, ukirungike muri Efeso n’i Simuruna n’i Perugamo n’i Tuwatira n’i Sarudi n’i Filadelufiya n’i Lawodikiya.


Andikira umumarayika w’ishengero ryo muri Efeso, ut’ Ūfashe inyenyeri indwi mu kuboko kw’i buryo, akagendera hagati y’ibiterekwakw amatara indwi vy’izahabu, aravuga ibi,


Uku ni k’Uhoraho agize, Umwami wa Isirayeli, ari we Mucunguzi wiwe, Uhoraho Nyen’ ingabo: ati Nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo, kandi nta yindi Mana atari jewe.


N’unyumve, yewe Yakobo, yewe Isirayeli nahamagaye; ndi We. Nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo.


Kukw icatumye Kristo apfa, akazuka, ar’ ukugira ngw abe Umwami w’abāpfuye kandi n’uw’ abariho.


Ndi Alufa na Omega, uwa mbere n’uwa nyuma, itanguriro n’iherezo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite