Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Arikw ic’ ufise n’uko wanka ibikorwa vy’Abanikolayiti, ivyo nanje nanka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ariko hari ico ushimirwa: wanse ibikorwa vy’Abanikolayite, nkuko nanje ndavyanka.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 2:6
7 Referans Kwoze  

Sinzogira ikibi nshira imbere y’amaso yanje: Nanka igikorwa c’ibigoryi; Ntikizomatana nanje.


Nanka ikoraniro ry’inkozi z’ ibibi, Kandi sinzokwicarana n’abanyakibi.


Maze Yehu mwene Hanani kamenyi aja kumusanganira; abaza umwami Yehoshafati, at’ Aho war’ ukwiye gutabara abanyakibi, ugakunda abanka Uhoraho? Kubg’ ivyo wikwegeye uburake bg’Uhoraho.


Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha, nzomuha kurya ku vyamye ku giti c’ubugingo kiri muri Paradiso y’Imana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite