Ivyahishuwe 19:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Mbona umumarayika ahagaze ku zuba; asemerera n’ijwi rirenga, abarira ibisīga vyose biguruka vyātiriye ijuru, ati Ni muze mukoranire amazimano menshi y’Imana, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe17 Nongera mbona umumarayika yari ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga abwira ibisiga biguruka mu kirere ati: “Nimuze, mukoranire ku mazimano ahambaye y’Imana, Gade chapit la |