Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 18:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kukw ivyaha vyiwe vyārundanijwe bigashika kw ijuru, kand’ Imana yibutse ukugabitanya kwiwe.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Kuko ivyaha vyaco vyarundanye bishika mw’ijuru, none Imana yibutse ibikorwa bibi vyaco.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 18:5
6 Referans Kwoze  

ndavuga, nt’ Ewe Mana yanje, isoni ziriko zirammwa, mu maso hanje hāhīndānye, bimbuza kukwunamurirakw amaso, Mana yanje, kukw ibigabitanyo vyacu bigwiriye, bikaba umurengera, ivyo twakoze biradutsinze, vyarundanye bigera mw ijuru.


Ca gisagara gihambaye kigabanywamwo gutatu, ibisagara vy’abanyamahanga birasenyuka. I Babuloni hahambaye hibukwa imbere y’Imana, ngo hahabge agakarabo ka vino y’uburake bgayo bg’inkazi.


Twagerageje kuvūra Babuloni, ariko ntihakize: reka tuhahebe, umuntu wese ni yisubirire mu gihugu cabo: kukw iteka haciriweko rishitse no kw ijuru, rigiye hejuru gushitsa no mu bicu.


riti Va hasi uje i Ninewe, ca gisagara kinini, ukibūrire; kukw ivyaha vy’abaho vyarundanye, bigashika imbere yanje.


Ariko hāriy’ ūvugishwa n’Uhoraho yitwa Odedi; aragenda aja gusanganira izo ngabo zihindukiye i Samariya, arababarira, at’ Ereg’ icātumye Uhoraho Imana ya ba sogokuruza agabura Abayuda mu maboko yanyu n’uko yar’ abarakiye, ariko mwebge mwabicanye ishavu ryinshi rishika mw ijuru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite