Ivyahishuwe 18:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Abāshōra ivyo, batungishijwe n’ico gisagara, bazohagarikwa kure no gutinya ugushinyagurirwa kwaco, barira baboroga, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 Abadandaza bari baratungishijwe no gushora ivyo bidandazwa muri co, bazobirabira kure kubera gutinya imibabaro igishikiye. Bazorira, bagandare, Gade chapit la |
ibishōrano vy’izahabu n’ifeza n’utubuyenge tw’igiciro kinini, n’imaragarita, n’impuzu zera nziza, n’iz’ inyambarabami, na hariri, n’iz’ agahama, n’imbaho zose zimota neza, n’imbombovu zose z’ibintu vyabājwe mu mahembe y’inzovu, n’imbombovu zose z’ibintu vyabājwe mu biti vyiza vy’igiciro kinini, n’ivyacuzwe mu miringa, no mu butare, n’ivyabājwe mw ibuye ryitwa marimari,