Ivyahishuwe 17:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kandi mbona uwo mugore aborewe amaraso y’abera n’amaraso y’abashingiye intahe ivya Yesu. Ndamubonye birantangaza ndumirwa rwose. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi narabona ko uwo mugore yari aborewe n’amaraso y’abera, amaraso y’abashingiye intahe Yesu. Ndamubonye ndatangara cane. Gade chapit la |