Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 16:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Uwa gatatu asuka urwavya rwiwe mu nzūzi no mu masōko, bicika amaraso.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Uwa gatatu na we asuka ivyari mu rwavya rwiwe mu masoko y’inzunzi n’ay’imigezi, aca ahinduka amaraso.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 16:4
10 Referans Kwoze  

Numva umumarayika w’amazi avuga, at’ Uragororotse, uriho kandi wamyeho, Uwera, kuk’ uciye iryo teka.


Avuga n’ijwi rirenga, ati Mwubahe Imana, muyihimbaze, kukw igihe c’amateka yayo gishitse, musenge iyaremye ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasōko y’amazi.


Naho yorondoka muri bene se, umuyaga uturutse i burasirazuba uzoza, ni wo muyaga w’Uhoraho udūga uvuye mu bugaragwa; isōko yiwe izokamuka, iriba ryiwe rigaduke: azonyagwa itunga ry’ibintu vyiwe vyose vy’imbombovu bihimbaye.


Mbeg’ aho naza, n’iki catumye ntagira uwo ndahasanga, ngahamagara, ntihagire uwitaba? Mbeg’ ukuboko kwanje kwabaye kugufi ngo kunanirwe gucungura? Canke se nta bubasha mfise bgo kurokora? Ereg’ iyo nkankamiye ikiyaga ndagikamya, inzūzi ndazihindura ubugaragwa; amafi yari muri zo aranuka, kukw ata mazi ariho, yatikijwe n’inyota.


Uhoraho abarira Mose, ati Barira Aroni, uti Ramvura ukuboko kwawe gufise ya nkoni yawe hejuru y’inzūzi no ku migende y’ amazi no ku bidengeri, udūze ibikere bije mu gihugu ca Egiputa.


Kandi nzokwuzuza imisozi yaho abahindikiranijwe baho: abāriritswe n’inkota bazogwa ku misozi yawe, no mu myonga yawe, no mu migende yawe yose y’amazi.


Igahindura inzūzi zabo amaraso, N’imigezi yabo, ntibashobore kugira ico banywa.


Abo bafise ubushobozi bgo gukinga ijuru, ngw imvura ntikoroke mu misi yo kuvugishwa kwabo: kandi bafise ubushobozi ku mazi kuyahindura amaraso no kubabarisha isi icago cose, uko bagomvye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite