Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 16:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Ibizinga vyo mu kiyaga vyose birahunga, kand’ imisozi ntiyasubira kuboneka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Amazinga yose aranyika, n’imitumba yose ntiyaba ikiboneka.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 16:20
5 Referans Kwoze  

ijuru ririzinga, nk’umuzingo w’igitabo kizinzwe: imisozi yose n’ibizinga vyo mu kiyaga vyose bikūrwa ahantu havyo.


Mbona intebe niniya yera, mbona n’Iyivyagiyeko, isi n’ijuru bihunga mu nyonga hayo, aho vyahora ntihaba hakiboneka.


Bararamiriza baca mur’ ico kizinga cose, bashika i Pafo, basangay’ umugabo w’umunyamarēba, umuraguzi w’ibinyoma, yar’ Umuyuda, izina ryiwe ni Bari‐Yesu;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite