Ivyahishuwe 14:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ubgo bgato buganishirizwamw’ ibirenge inyuma ya ca gisagara, amaraso ava mu bgato, ashitsa stadiyo igihumbi n’amajana atandatu, agera ku mijiginya y’amafarasi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe20 Izo nzabibu ziganirwa mu bwato buri inyuma y’igisagara, amaraso yazo araduga gushika ku minwa y’amafarasi, yongera arasanzara gushika nko ku birometero amajana atatu. Gade chapit la |