Ivyahishuwe 14:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Umumarayika arekurira umuhoro wiwe mw isi, aca inzabibu z’umuzabibu w’isi, aziterera mu bgato bunini bg’ukuraka kw’Imana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe19 Wa mumarayika aca abangurira umuhoro kw’isi, asoroma inzabibu, azisuka mu bwato bw’uburake bw’Imana. Gade chapit la |