Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Namba har’ umuntu ari n’ugutwi ni yumve.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Uwufise amatwi yo kwumva niyumve.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 13:9
7 Referans Kwoze  

Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha, nzomuha kurya ku vyamye ku giti c’ubugingo kiri muri Paradiso y’Imana.


Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha nzomuha kuri manu yanyegejwe, kandi nzomuha ibuye ryera, kur’ iryo buye handitswekw izina risha, nta muntu arizi, atar’ ūzorihabga.


Ūri n’ugutwi ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero. Ūnesha nta co urupfu rwa kabiri ruzomugira.


Ūri n’ugutwi, ni yumve ico Mpwemu abgira amashengero.


Ūri n’amatwi yumva, ni yumve.


Ūri n’amatwi yumva, ni yumve.


Izindi zigwa mw ivu ryiza, ziramera, zihunda impeke, imwe ijana, iyindi ijana, birtyo birtyo. Avuze ivyo, avuga n’ijwi rirenga, at’ Ūri n’amatwi yumva ni yumve.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite