Ivyahishuwe 13:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Giteranura akanwa kaco kirogota ku Mana, kirogota no kw izina ryayo, no kw ihema ryayo, no ku baba mw ijuru. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe6 Nuko gica gitangura kuvuga amajambo mabi yo gucokora Imana, no gutuka izina ryayo, n’aho iba, n’ababa mw’ijuru. Gade chapit la |