Ivyahishuwe 13:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Kandi mbona ikindi gikōko gisokorotse mw isi: gifise amahembe abiri nk’ay’ umwagazi w’intama, kivuga nk’igisato. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Hanyuma nca mbona ikindi gikoko gisokorotse kiva mw’isi. Cari gifise amahembe abiri ameze nk’ay’intama, ariko cavuga nk’igisato. Gade chapit la |