Ivyahishuwe 12:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ca gisato c’amahēro kirakororwa, ni co ya nzoka ya mbere, yitwa Murwanizi, irindi ni Satani, ni co kizimiza abari kw isi bose, gikororerwa kw isi, abamarayika baco bakororanwa na co. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe9 Ca gisato, ari co kiyoka ca kera citwa Umubi canke Satani, uwuzimiza isi yose, gikororerwa kw’isi n’abamarayika baco bose. Gade chapit la |