Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Ivyahishuwe 12:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Umugore ahungira mu bugaragwa, ah’ afise ahantu yateguriwe n’Imana, kugira ngo bamugaburirireyo imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongwitandatu.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Wa mugore aca ahungira mu bugararwa aho Imana yamuteguriye ngo amare imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu agaburirirwaho.

Gade chapit la Kopi




Ivyahishuwe 12:6
10 Referans Kwoze  

Gihabga akanwa kavuga ibihambaye n’ivyo kurogota: gihabga n’ubushobozi bgo gushishikara amezi mirongwine n’abiri.


Umugore ahabga amababa abiri y’inkukuma nini, kugira ngw agurukire mu bugaragwa ahantu hiwe, ah’ agaburirirwa igihe n’ibihe n’igice c’igihe, arindwa ico kiyoka.


Umurizo waco ukwega ikigira gatatu c’inyenyeri zo kw ijuru, uzishiburira kw isi. Ico gisato gihagarara imbere y’uwo mugore agira avyare, kugira ngo ni yavyara kirotse umwana wiwe.


Maz’ Umurwanizi aramureka, kand’ abamarayika baraza, baramukorera.


Hahirwa uzorīndīra, agashitsa ku misi igihumbi n’amajana atatu na mirongwitatu n’itanu.


Anjana mu bugaragwa ndi muri Mpwemu. Mbona umugore yicaye ku gikōko gisa n’agahama, cuzuye amazina y’amarogotano, gifise imitwe ndwi n’amahembe cumi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite