Ivyahishuwe 11:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ba bakuru mirongwibiri na bane, bicara ku ntebe zabo imbere y’Imana, bikubita hasi bubamye, basenga Imana, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe16 Ba bashingantahe mirongo ibiri na bane bicaye ku ntebe zabo imbere y’Imana baca bikubita hasi bubamye, bahimbaza Imana, Gade chapit la |