Ivyahishuwe 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Iyo misi itatu n’igihimba ishize impwemu z’ubugingo zivuye ku Mana zibinjiramwo, baravyuka, barahagarara: ubgoba bginshi butera ababarāba. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko inyuma y’imisi itatu n’igice, impwemu y’ubuzima iva ku Mana ibinjiramwo, baca barahaguruka kandi ababibonye bose bafatwa n’ubwoba bwinshi. Gade chapit la |