Ivyahishuwe 10:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Rya jwi numvise rivuye mw ijuru nongera kuryumva rimbarira, riti Genda wābīre igitabo kizinguruye kiri mu kuboko kw’ umumarayika, ahagaze ku kiyaga n’i musozi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe8 Rya jwi nari numvise rimvugisha rivuye mw’ijuru, rica rirasubira rimbarira riti: “Genda wakire urya muzingo mutoya w’igitabu wuguruye mu minwe y’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga n’i musozi.” Gade chapit la |