Hoseya 6:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Gileyadi n’igisagara c’inkozi z’ibibi, cayoberanijwe n’amaraso. Gade chapit la |
Ikindi, urazi ivyo Yowabu umwana wa Seruwiya yangiriye, n’ivyo yagiriye ba bagabisha bompi b’ingabo z’Abisirayeli, Abuneri mwene Neri na Amasa mwene Yeteri, abo yishe, amaraso yaviriye mu ntambara akayahōra mu gihe c’impore, akīyandurisha amaraso y’abatācumuye, akamutarukira ku mukanda no ku nkweto.