Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Hoseya 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Maze ndamubarira, nt’ Uzomara imisi myinshi undorereye; ntuz’ uje mu busambanyi, ntuz’ uje ku wundi mugabo wese: nanje nzokumerera ntyo.

Gade chapit la Kopi




Hoseya 3:3
2 Referans Kwoze  

akūre impuzu yanyaganywe, agume mu rugo rwiwe, amare ukwezi kwose agandariye se na nyina; hanyuma abone kumwābīra, babane.


Ntimuze mugire isezerano musezerana n’abari mur’ ico gihugu, kugira ngo, igihe bazohurumbira ibigirwamana vyabo nk’ ibimaka, bakabiha ibimazi, ntihaze hagire ūbatumira, ngo murye ku kimazi ciwe;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite